Yesu yavuze ko yaje guha abamukurikira ubuzima bwuzuye, ubu nyene no hano kw’isi, atari gusa mu buzima bwo mu hanyuma bwo mw’ijuru. Iki gitabo kirimwo ivyigwa 12 kiyobora abigishwa ba Yesu Kristo kugira babeho ubuzima buhimbaye, buhuye n’umugambi Imana ifitiye umwe wese muri twebwe.