Agatabu k’Inkuru Nziza

$0.00

Hari igihe bigorana gusigura ivyo twemera. Aka gatabu gato gasigura iciyumviro c’ubwami bubiri. Ubwami bwa mbere ni Ubwami bw’Umwiza, aho twese dutangurira ubuzima. Ubwami bwa kabiri ni Ubwami bw’Umuco, aho twironkera imigisha yose yo kuba ibiremwa bishasha n’abanyagihugu bashasha mu Bwami bw’Imana. Aka gatabo gasozera gatanga amabwirizwa yerekeye ukuntu winjira mu Bwami Bwamaho bw’Umuco.